Enockndayizeye @BurundiBuhire18
Bujumbura-Burundi Joined June 2020-
Tweets427
-
Followers441
-
Following3K
-
Likes607
Ijambo ry'urufatiro riri mu butumwa bwiza Paulo yandikiye abagalatiya igice ca 5:1 aho Paulo yariko atangazwa n'inyigisho mbi kandi yari yarabavyaje ubutumwa bwiza akaba abagira inama yo kuba abidegemvya mu buryo bwo kutaba bagendana umutwaro w'ivyaha bagomba Kuba barasezereye.
Kw'izina ry'ubuserukizi bw'umugambwe no kw'izina ryiwe, Umunyamabanga wa @cnddfdd_ruyigi @GerardBarutwanayo yifurije ibihe vyiza ni ukurororanirwa #Imbonerakure kuri uyu musi uri hejuru wazihariwe #Imbonerakureday yongera ivyifuriza n'abagumyananga muri rusangi.
Gushira ku kivi no gusigurira abagumyabanga baherutse kwizerwa kuva ku mitumba gushika muri komine ico bajejwe birabandanya .Kuri uyu wa 20/7/2021 ubuserukizi bwa @cnddfdd_ruyigi bwagendeye komine #Butaganzwa.Abizewe Barashima cane ico kiganiro kuko bahungukira vyinshi cane.
1/n Ce dimanche, le Président de l’Assemblée nationale a participé à la prière dominicale à l’église Pentecôte de #Nyamutobo en commune #Ruyigi. La prédication s’est basée aux Saintes écritures du livre de Matthieu 5: 13-16 « Vous êtes le sel de la terre, la lumière du monde...».
2/2 By strengthening the preacher’s teaching, the Right Hon. Gelase Daniel Ndabirabe invited everyone to positively impact his community. “Shine wherever you are, be the light for those around you. Be the mirror of others from time to time”, urged the Right Honorable. #Ruyigi
2/n Au total la @RuyigiProvince compte 692 sociétés coopératives, dont 605 #Sangwe. 95% exercent des activités agro-pastorales et la production est bonne vu que ces dernières travaillent en synergie, ce qui devient facile de les superviser, dixit le Gouverneur de cette province.
#Burundi: Kuri uyu musi wahariwe Umukenyezi kw'isi yose, ndipfurije umusi mukuru mwiza abakenyezi bose bo mu Ntara ya @RuyigiProvince, ubabere umusi wo gukomeza ibikorwa vy'iterambere, kuba inkerebutsi mu muryango. #internationalwomensday2021
Buy just for $3,000 today. For more info, visit BE FORWARD MUHIMA MIC Building F2-25 or call 0788305631. @CityofKigali @BankofKigali @rpfinkotanyi @rbarwanda @Radiorwanda_RBA @MTNRwanda @airtelrw @FlyRwandAir @SanlamRwanda @RSSB_Rwanda @RwandaHealth @YouthCultureRW #Rwanda #RwOT
Mu gihugu cacu, duhiriwe duhishije kuko turafise amategeko meza y’akazi anywanye neza n’amategeko mpuzamakungu y’akazi. Ayo masaha, n’uno musi ni yo amategeko y’akazi ategekanya aha iwacu no mu bindi bihugu vyinshi vyo kw'isi.
Umwenegihugu wese yomenya ko akazi ari igikorwa umuntu akora n’umutima ubishaka hanyuma hakavamwo umusaruro. Mu bisanzwe ata musaruro uvamwo, ntawuta umwanya ngo akore ico kintu. Dukure amaboko mu mpuzu, tugire urunani mu kugwana urugamba rwo gutuza ubukene. Umusi mukuru mwiza.
Ndakengurukiye NYENICUBAHIRO, @GeneralNeva asubiriye kunyizera mu guherekeza abenegihugu mwiterambere riciye mu ma koperative.Ndakengurukiye kandi abenegihugu bo ku mavuko i #Busoni bankeje babicishije ku muyamabanga wa @CnddFdd mwikomine yacu.Ndabijeje kutazodohoka kwibanga!
Today i presided over the swearing in of the mini cabinet reshuffle i made yesterday.
Ce jeudi 01avril 2021, l’@nshingamateka vient de débuter sa Session Parlementaire ordinaire d’avril 2021. Cette Session sera marquée par plusieurs réalisations selon Très Honorable Gelase Daniel Ndabirabe dans son discours d’ouverture prononcé à cet effet. bit.ly/2PPTAHb
Nous avons procédé à l'ouverture solennelle de la session ordinaire du mois d'avril qui est la dernière de l'année comme le prévoit la constitution de la République du #Burundi. Au cours de cette session le @BurundiGov nous a envoyé dix projets de lois à analyser.
#Burundi Le Président de l'@nshingamateka le Très Hon.Gelase Daniel #Ndabirabe invite les Honorables Députés aux cérémonies d'ouverture de la session parlementaire ordinaire d'avril. Ces cérémonies auront lieu au Palais des Congrès de #Kigobe ce jeudi 1er avril 2021 à 11h.
On Continue à voter *190*8# et envoyez le numéro 17. #abatwip #burundi #missburundi2021