-
Tweets3K
-
Followers37K
-
Following179
-
Likes510
Hakurikiye gufata agatutu, aho Umukuru w'igisagara yakeje abakozi kuvyo bashitseko, muri rwa rukurikirane rwo kurimbura ku mwaka uheze. Umukuru w'lgisagara yatanze ubushimwe ku bakozi bakoze neza kurusha abandi n'abandi bashimiwe kuvyo bakoreye abanyagisagara n'igisagara
Umukuru wa @MairieBuja yakiriye Icegera c'Umukuru w'igihugu. Ku civugo c'uno mwaka DUKOMEZE IBIKORWA, KU BURYO UMWE WESE ARIMBURA IVYO YAKOZE, avuga ko abanyagisagara babandanya kwiteza imbere mu bikorwa kugira bariko berekeza kuri ya mbonakazoza 2040-2060 y'igihugu c'UBurundi
Ijambo ry'Icegera c'Umukuru w'igihugu ryashimikiye ku civugo gihamagarira Abarundi bose gukora no kwirimbura aho bitagenze neza maze bagume bongereza umwete uzodushikana ku mbonakazoza 2040-2060 y'Uburundi. Avunira akagohe abanyagisagara kwongereza umwimbu kuko umutekano uhari
Uwurongoye ishirahamwe ry'abakozi COSYBU yatanze impanuro zitandukanye ku bakozi, aca asaba ko abakozi ba leta bobandanya baronka uturusho twari twarahagaritwe. Umukuru w'shirahamwe ry'abakoresha AEB yashimye ivyaranguwe mu bisata vy'umutekano n'akazi kuko uburyo bwongerejwe
Habaye defire ndende yagizwe n'abakorera Leta, abo mu mashiramwe ya Reta n'ayigenga, abikorera utwabo, abo mu mubushikiranganji n'ibisata vy'igihugu, bamwe n'abandi berekana ivyivugo bibaranga
Ces cérémonies ont été rehaussées par le Vice-Président de la République l'lngénieur Prosper Bazombanza, qui a été accueilli à son arrivée au lieu des cérémonies par le Maire de @MairieBuja le Général de Brigade de Police Jimmy HATUNGIMANA
#Burundi Kur'uwu wa gatatu itariki 1/5/ 2024 Uburundi bwifatanije n'amakungu mu guhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu w'abakozi n'akazi. Ibirori mu gisagara @MairieBuja vyatewe iteka n'Icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza. Ni kw'ibarabara ry'ukwikukira, muri Komine Mukaza
#Burundi Ce mercredi 01/5/2024, célébration de la journée internationale des travailleurs et du travail en Mairie de Bujumbura. Les cérémonies ont lieu au Boulevard de l'Indépendance, en zone Rohero de la Commune Mukaza
#Burundi @MairieBuja iriko itegura umusi mukuru mpuzamakungu w'abakozi n'akazi mu kuringaniza ikibanza ibirori bizoberamwo kw'ibarabara ryitiriwe ukwikukira, imbere ya Stade Intwari. Imyiteguro igenda neza. Icivugo "Dukomeze ibikorwa, kuburyo umwe wese arimbura ico yakoze"
Mw'ijambo yashikirije, Charles BAHIZI yavuze ati "lmisi ijana Umukuru w'igihugu yatanze turiko turayigenda dushakako izohera igisagara gisukuye neza kuko turi ku kivi". Ahamagarira abakorera mu nyubakwa zimwe zimwe za Reta usanga zikikujwe n'ibigunda kuhagirira isuku n'isukura
Intumbero y'ivyo bikorwa yari iyo gutegura ico kibanza kiri imbere y'ikibuga citiriwe Intwari kiriko gisanurwa kizohimbarizwamwo umusi mpuzamakungu w'abakozi n'akazi wama uhimbazwa italiki ya 1 Rusama

#Burundi Igisagara @MairieBuja catunganije ibikorwa rusangi kur'uyu wa 27/4/2024. Ibikorwa vyari vyerekeye gusukura ibarabara ryitiriwe ukwikukira, muri Zone Rohero Komine Mukaza. Vyari vyatewe iteka n'Umuyobozi Mwishikira mu biro vy'Umukuru w'lgisagara, Hon. Charles Bahizi
#Burundi le @BMineagrie à travers la direction générale de l'environnement, des ressources en Eau et l'assainissement a organisé ce vendredi 26 avril 2024 en @MairieBuja une réunion de réflexion sur la gestion des emballages en plastique.
#Burundi Kuri uyu wa gatanu 26/4/2024, uwurongoye ihuriro ry'abakenyezi ku rwego rw'igihugu Bucumi Emerence yifadikanije n'abagize ihuriro ry'abakenyezi mu gisagara ca @MairieBuja mu bikorwa rusangi vyo guharura ivyatsi kw'ibarabara ryitiriwe Agriculture muri zone Ngagara.
Il met en garde tous ceux qui piétinent les fleurs ou qui jettent les plastiques et les restes de nourriture sur la voie publique qu'ils seront frappés d'amendes.
Il met en garde tous ceux qui piétinent les fleurs ou qui jettent les plastiques et les restes de nourriture sur la voie publique qu'ils seront frappés d'amendes.
#Burundi L'administrateur de @commune_mukaza Florent Nkezabahizi est satisfait du pas franchi ds la propreté des lieux publics ds sa commune. Les rues sont nettoyés quotidiennement, les poubelles sont vidés régulièrement, le curage des caniveaux se fait chaque samedi,dit-il.
#Burundi Ce 24/4/024 @IOMBurundi a organisé un atelier de 2 jours sur l'application de l'indice de stabilité pour l'amélioration des solutions durables au Burundi au KCC, rehaussé par le représentant du @MininterInfosBi Nestor BIMENYIMANA et de @MairieBuja Joseline Nimpagaritse
Basabwa kuba bafise ifoto ngufi, karangamuntu, NIF na registre de commerce. Abatazoba bafise NIF na registre de commerce bahawe ikiringo c'ukwezi ngo babe babirondeye.
#Burundi Hagati y'amabarabara yo muri @MairieBuja haramaze guterwamwo amashurwe n'ibiti bitanga akayaga keza. Aho ni nk'ibarabara Musenyeri Buconyori, irya Mwezi Gisabo n'irya Uprona, nkuko twabibonye kur'uyuwa 22/4/2024. Amashurwe ateyeho arahasharije cane, arahahindura isura
Umuhinga yigenga @yigenga
65K Followers 889 Following « La seule chose qui permet au mal de triompher est l’inaction des hommes de bien » LES FAITS RIEN QUE LES FAITSJimbere @MagazineJimbere
96K Followers 157 Following Magazine par, pour les Jeunes & Femmes du #Burundi. Mensuel/papier, Quotidien/🇫- 🇹- 🇮. Partenaire radio: @KazozaFM. [email protected] | (+257) 22 280 250Ikiriho @Ikiriho
72K Followers 700 Following En continu, le tour de l’actualité du #Burundi et les grandes lignes de celle de l'EAC | +257 61 492 150KK. Dar🇧🇮 @KGDarrr
31K Followers 2K Following Office manager in Heaven 😇 Permanent secretary of Jesus 💝 Memelord & Jokes!Amb. Willy Nyamitwe @willynyamitwe
176K Followers 4K Following Ambassador of the Republic of #Burundi for #Ethiopia, #Chad, #SouthSudan, #Djibouti, #Israel, #Eritrea, #AU, #UNECA & #OSC. @BurundinAddisAmb. Albert SHINGIRO @AShingiro
92K Followers 5K Following Minister of Foreign Affairs and Development Cooperation of the Republic of #Burundi & Former PR of Burundi to the UN, New YorkBureau du Premier Min.. @BurundiGov
118K Followers 105 Following Bienvenue sur le compte officiel de la Primature de la République du #Burundi.MininterInfosBi @MininterInfosBi
59K Followers 84 Following Compte officiel du Ministère burundais de l'Intérieur, du Développement communautaire et de la Sécurité publiqueNgendakumana Jean Pat.. @ngendapatrick
31K Followers 2K Following #TownHall257🇧🇮.Member of Kabaza WebTV. Managing Director @ Mohloba Global Trading Pty (Ltd). Tweets are personal. Email: [email protected]RTNB @RTNBurundi
103K Followers 534 Following Radio Télévision Nationale du Burundi - Suivez le fil info de la rédaction web.Appolinaire Nishirimb.. @ApolloSmile
27K Followers 2K Following The most wasted day in life is the day we don't laugh| Expertise:Entrepreneurship,New Business Development &Economic Justice–Alumni:Lyon 3 🇫🇷, ENA 🇫, UB🇧🇮Dalilla Nimpagaritse .. @DalillaNimpaga1
15K Followers 3K Following Virtuous woman,love peace,young@heart,traveller,Humanitarian&Social Welfare activist,my own tweets,hardly'bout politics rather 'bout women empowerment,family...NDORIMANA Patrick @PATTHEBURUNDIAN
14K Followers 14K Following IT Specialist Mes tweets n'engagent que moi!PAEEJ @PAEEJ_Burundi
12K Followers 38 Following Le Programme d'Autonomisation Economique et d'Emploi des Jeunes est une initiative du gouvernement du #Burundi visant à réduire le chômage des jeunesYaga Burundi @YBurundi
80K Followers 79 Following Les autres annoncent, et nous, on explique. Si vous cherchez des scoops, passez votre chemin.REGIDESO Burundi @Regideso_bdi
30K Followers 441 Following Une Société de production et de commercialisation d'eau et d'électricité au Burundi.Capt. Dieudonne Dukun.. @Capt_Dukundane
10K Followers 480 Following Minister of Infrastructure, Equipment and Social Housing_BURUNDIMAECD @MAEBurundi
37K Followers 587 Following Ministère des Affaires Étrangères et de la Coopération au Développement de la République du BurundiPacifique NININAHAZWE.. @pnininahazwe
144K Followers 4K Following Militant des droits de l'homme et de la démocratie au Burundi. Panafricaniste. Retweets= not endorsementsBurundi Ombudsman @OmbudsmanBI
32K Followers 5K FollowingChrispell Company @ChrispellC
0 Followers 31 FollowingEddy Akimana @EAkimana35019
4 Followers 183 FollowingNituyimana Constantin @Nituyimana3391
1 Followers 69 FollowingKWIZERA Appolinaire @KWIZERAApp6445
1 Followers 31 Following Kumazina nitwa KWIZERA Appolinaire .nd'umurundi mvuka muntara ya Kayanza. mubuzima busanzwe nabayeho.nk'abandi bose. Gusa mfise ubumuga bw'ukuguru navukanye.Nijimbere Emmanuel @NijimbereE44768
0 Followers 30 FollowingBurundi Advertising N.. @MBurundi86080
22 Followers 758 FollowingNtakarutimana Therenc.. @Titiboy1996
0 Followers 70 FollowingManiragaba Japhet @TvAkeza49855
3 Followers 21 FollowingNicodème Nsengimana @NicodmeNse99272
0 Followers 29 FollowingVivant Izere @izerevivant4
3 Followers 180 FollowingOlivier BIZIMANA @BizimanaOl75559
2 Followers 100 FollowingGeorgette @Georget38292791
0 Followers 24 FollowingEmery Kindman @EmeryKindman522
0 Followers 15 FollowingPadon Irakoze @IrakozePad42442
0 Followers 24 Followingerween_star boy @ErweenB5727
0 Followers 41 FollowingJean Bosco Harerimana @harerimj
22 Followers 149 FollowingFordas Ngendakumana @FordasNgen80901
1 Followers 55 Followingbertrand nkurunziza @bertrandnk73859
1 Followers 40 FollowingElienne habonimana @Elienne1234
1 Followers 76 FollowingAnne Marie Nshimirima.. @anne_marie81803
2 Followers 82 Followinglambert ndayishimiye @LambertN97098
1 Followers 50 Followingolivier mapoka @oliviermapoka
3 Followers 89 FollowingFrediane Ndayishimiye @FredianeNd16495
2 Followers 43 FollowingIserthe Bella Izerima.. @IsertheI2542
5 Followers 138 FollowingIsmaël Ngendakumana @IsmalNgend96401
1 Followers 20 FollowingLion @LionEye1234
27 Followers 152 FollowingEuphraim Ndindiriyima.. @e_euphraim
3 Followers 26 Followingjustin manirabaruta @justinmani90264
2 Followers 25 FollowingEtienne MATOKE @EtienneM1594
2 Followers 89 FollowingHN64 @adonis_hn64
3 Followers 105 FollowingLandry Ngabirano @NgabiranoL69698
28 Followers 150 FollowingJean Luc Tony NSEKERA @LucNsekera
0 Followers 41 Followinginnocent munganyimana @IMunganyim6298
8 Followers 123 FollowingMututsi @Mututsi34265
0 Followers 46 FollowingVince Kubwimana @V72381Vince
0 Followers 51 FollowingNdikumana Aniceth @NdikumanaA62868
5 Followers 32 FollowingEloge Nahishakiye @ElogeNahis42431
0 Followers 40 FollowingPRUDENCE Nkengurutse @Prudenciadave88
6 Followers 145 FollowingNduwayo fabrice @Nduwayofab47252
5 Followers 58 FollowingCaleb Mvubu @CMvubu43221
0 Followers 4 FollowingNT Jean marie @jeanmarient96
0 Followers 23 FollowingIgiraneza Nadia @nadia_igir62925
3 Followers 95 Followingliliane kanyange @lilianekan24750
0 Followers 3 FollowingDismas Nkurunziza @DismasNkur84284
1 Followers 33 FollowingSinzotuma Elie @SinzotumaE55133
4 Followers 76 FollowingJacqueline Gentille I.. @Gentille48696
0 Followers 14 FollowingUmuhinga yigenga @yigenga
65K Followers 889 Following « La seule chose qui permet au mal de triompher est l’inaction des hommes de bien » LES FAITS RIEN QUE LES FAITSSE Evariste Ndayishim.. @GeneralNeva
200K Followers 15 Following Président de la République du #Burundi (2020-2027).Ntare Rushatsi House @NtareHouse
207K Followers 10 Following Bienvenue sur le compte officiel de la Présidence de la République du #Burundi.AKEZA Burundi @akezanet
101K Followers 38 Following Toutes les beautés du Burundi en un clic |+257 22 28 10 39Angeline Ndayishimiye.. @Burundi1stLady
87K Followers 9 Following Première Dame de la République du #Burundi. Fondatrice de la Fondation Bonne Action/B.A Umugiraneza (@action_bonne)Ikiriho @Ikiriho
72K Followers 700 Following En continu, le tour de l’actualité du #Burundi et les grandes lignes de celle de l'EAC | +257 61 492 150Amb. Willy Nyamitwe @willynyamitwe
176K Followers 4K Following Ambassador of the Republic of #Burundi for #Ethiopia, #Chad, #SouthSudan, #Djibouti, #Israel, #Eritrea, #AU, #UNECA & #OSC. @BurundinAddisAmb. Albert SHINGIRO @AShingiro
92K Followers 5K Following Minister of Foreign Affairs and Development Cooperation of the Republic of #Burundi & Former PR of Burundi to the UN, New YorkINGOMAG @IngoMagazine
44K Followers 353 Following A Magazine & TV launched by a group of young women to promote tourism, business, art, culture & sport, to introduce Burundi’s Beauty and Potential to the world.CNDD-FDD @CnddFdd
98K Followers 20 Following Conseil National de Défense de la Démocratie - Forces pour la Défense de la Démocratie. Parti vainqueur aux élections de 2005, 2010, 2015 et 2020 au Burundi.MininterInfosBi @MininterInfosBi
59K Followers 84 Following Compte officiel du Ministère burundais de l'Intérieur, du Développement communautaire et de la Sécurité publiqueRTNB @RTNBurundi
103K Followers 534 Following Radio Télévision Nationale du Burundi - Suivez le fil info de la rédaction web.Kwa Ntare Rushatsi @KwaNtare
46K Followers 8 Following Ibiro vya Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu c'u #BurundiIWACU Burundi @iwacuinfo
124K Followers 221 Following Compte officiel des rédactions d’Iwacu, média d’informations générales au #Burundi – Official account of Iwacu newsrooms, to know everything about #BurundiKABURAHE @AntoineKaburahe
62K Followers 2K Following Journaliste depuis 1992,diplômé de l'ESJ (Paris) & ESJ (Lille) a fondé le Groupe de Presse Iwacu ; Ecrivain & Editeur https://t.co/SEskXpI67kOPDD-Burundi @OPDD_Burundi
14K Followers 41 Following Compte officiel de l'Office de la Première Dame pour le Développement au Burundi OPDD_BurundiREGIDESO Burundi @Regideso_bdi
30K Followers 441 Following Une Société de production et de commercialisation d'eau et d'électricité au Burundi.MAECD @MAEBurundi
37K Followers 587 Following Ministère des Affaires Étrangères et de la Coopération au Développement de la République du BurundiInama Nshingamateka @nshingamateka
72K Followers 64 Following Inama Nshingamateka y'Uburundi iserukira abenegihugu kuva mu mwaka w'1962 | Assemblée Nationale du Burundi représentant le peuple depuis 1962.Pacifique NININAHAZWE.. @pnininahazwe
144K Followers 4K Following Militant des droits de l'homme et de la démocratie au Burundi. Panafricaniste. Retweets= not endorsementsFRANCE 24 – France @F24ActuFrance
9K Followers 28 Following Suivez toute l'actualité @France24_fr en #France ! #Paris #Marseille #Lyon #Nice #Strasbourg #Bordeaux #Lille #Bretagne #Politique #Justice #Économie #ChômageNileBasin Initiative @nbiweb
3K Followers 557 Following The Nile Basin Initiative (NBI) is a regional intergovernmental partnership of 10 States. Retweets are not endorsements #NileCooperation #NileBasin #OneNileMuco J. Marie @mucojm
19 Followers 33 FollowingADF Magazine @ADFmagazine
157K Followers 238 Following Africa Defense Forum (ADF) magazine is a security affairs journal that focuses on all issues affecting peace, stability, and good governance in Africa.Police Nationale du B.. @Burundi_Police
9K Followers 295 Following Cellule Communication de la Police Nationale du BurundiMin.Infrastructures, .. @MielsBurundi
13K Followers 347 Following Ensemble pour promouvoir les infrastructures durables et le logement décent afin de rationnaliser leur contribution au développement économique du Burundi.AGASUMO NEWS @agasumonews
3K Followers 2K Following Informer à temps réel avec une information fiable, vérifiée est notre objectifcaterina iametti @caterinaiametti
2K Followers 273 Following Honorary Consul of Italy in Burundi / Consul Honoraire d’Italie au Burundi .Association "Jeunesse.. @jlc_burundi
1K Followers 3 Following Le Compte Officiel de l'association "Jeunesse Libre et Capable" asbl🇧🇪 Belgium MFA @BelgiumMFA
76K Followers 1K Following 🇧🇪 Belgian Ministry of Foreign Affairs, Foreign Trade and Development Cooperation | @HadjaLahbib | @CaroGennezLa Francophonie @OIFrancophonie
225K Followers 794 Following Compte officiel de l'Organisation internationale de la #Francophonie (OIF) : 88 États et gouvernements, 5 continents 🌍 #FrancophoniedelavenirIntumwa Burundi @IntumwaNews
17K Followers 346 Following Umuhora w'Ikinyamakuru Intumwa kibashikiriza amakuru abashika ku nyota kuva mu mwaka w'1998.Claude Bochu @ClaudeBochuEU
7K Followers 387 Following Ex- Ambassadeur de l'Union européenne 🇪🇺@eu_eeas auprès de la République du Burundi #EUinTheWorld #EUdiplomacy 2019-08/2023Burundi Embassy in Ad.. @BurundinAddis
7K Followers 1K Following Embassy of #Burundi responsible for the bilateral relations with #Ethiopia, #Israel, #Djibouti, #Eritrea, #Chad and #SouthSudan. PR to #AU & #UNECA & #OSCABUTIP Asbl @ABUTIP_Asbl
94 Followers 19 Following Agence Burundaise pour la Réalisation des Travaux d'intérêt Public (ABUTIP Asbl). Membre réseau AFRICATIP. Agence d'exécution. MOD. Infrastruct socioéco. HIMO.Fondation Faith in Wo.. @Fondationfaith
231 Followers 6 Following A #Burundi an charitable foundationVille de Bruxelles @VilleBruxelles
84K Followers 181 Following L'info de la Ville de Bruxelles (Belgique) : actualités, évènements, agenda. Compte Twitter de la Ville.East African Communit.. @jumuiya
186K Followers 251 Following The East African Community #EAC @Jumuiya aims to widen and deepen co-operation among partner states in various key spheresSabushimike Imelde @Sabushimike_Ime
2K Followers 64 Following Ministre de la Solidarité Nationale, des Droits de la Personne Humaine et du Genre. BurundiIntwararumuri @intwararumuri
1K Followers 97 Following Actualités Musique Sport Gouvernement & Politique Football Science Jeux OlympiquesValentin BAGORIKUNDA @Vabagor
6K Followers 923 Following Président de la Cour Constitutionnelle du #BurundiVille de Mons @VilledeMons
5K Followers 223 Following Compte officiel de la Ville de Mons, capitale européenne de la culture en 2015 #monsVille de Namur @VilledeNamur
6K Followers 293 Following compte officiel de la Ville de Namur / https://t.co/wleOomXDQLNIJIMBERE Emelyne @nijemelyne3
2K Followers 483 Following Conseillère au Bureau de l’ Information et Communications à la Présidence de la République. Mes tweets sont personnels et n'engagent que moi et moi seule!SacodeBurundi @SacodeBurundi
869 Followers 88 Following L’Association pour la Promotion de la Santé des Communautés pour le Développement « SACODE »Porte-Parole MiniEAC,.. @RosetteIrambona
1K Followers 91 Following Porte- Parole du Ministère de la Culture et des Sports.Maniratanga Zéphyrin @ManiratangaZph1
5K Followers 372 Following Burundi Permanent Representive🇧🇮to the U.N🇺🇳in New York, Former Chief of State Protocol & Diplomatic office to the President, former diplomat in🇿🇦🇨🇦🇮🇳Inès Sonia Niyubahwe @NiyubahweSonia
2K Followers 372 Following Directeur de la Communication et Porte-Parole du Ministère des Affaires Etrangères et de la Coopération au Développement de la République du BurundiChancelle Bamuhaye @Chancelle_B
6K Followers 667 Following ||Children’s rights Activist in #burundi🇧🇮|| Humanitarian ❤️ & Tourism 🌎 || Together we can bring hope and make a positive change 🥰 ||Bonne Action B.A Umug.. @action_bonne
7K Followers 18 Following A #Burundi-an Charitable Foundation created by HE @Burundi1stLady, for women empowerment and for a healthier & a better educated population.Veronique Kabongo @VeroniqueKabon1
8K Followers 465 Following Adviser - World Bank - Eastern & Southern Africa RegionLEONCE NDIKUMANA @LEONCENDIKUMANA
12K Followers 3K Following Ndava:Jongwe/Bukurira. Dream job:umwigisha/teacher/mwalimu. My hero: my grandmother. My rock: my mom. My north star: my father. best hobby: youth sports coach.Nshimirimana Ines @ines96_ines
7K Followers 542 Following Allez dire à mon père qu’il habite le cœur 💓 de sa fille . A tout jamais ses souvenirs meublent ma vieJean-Claude Nshimirim.. @Claudenshim
7K Followers 70 FollowingHon.Denis Karera @kadenys2
2K Followers 1K FollowingAmb. Ezechiel Nibigir.. @EzechielNib
2K Followers 21 Following Minister of Foreign Affairs of the Republic of BurundiIsidore Ntirampeba @IsidoreNtira
5K Followers 638 Following Secrétaire Permanent, Ministère des Affaires Etrangères, République du Burundi.// Permanent Secretary, Ministry of Foreign Affairs, Republic of Burundi. ⚽️🇧🇮Alexis Badian @AlexisBadian
3K Followers 460 Following Né à Gatete, Rumonge. Conseiller en Communication & Porte-parolat à @nshingamateka, Assemblée nationale du Burundi. Béni d'être Burundais. Rends grâce à Allah.Flora KANYANGE @FloraKanyange
3K Followers 561 Following Chargée de la Communication au Secrétariat Général de l'Etat au BurundiAmbassador Ndabashinz.. @endabashinze
2K Followers 146 Following Ambassador of Burundi 🇧🇮 to Italy 🇮🇹, Former Ambassador to USA 🇺🇲 and the UK 🇬🇧 Views are my own. RTs are not endorsements.Francine Niyonsaba Am.. @FrancineNiyons4
17K Followers 1K Following 🇧🇮athlete 🥈@olympic.rio.2016 🥈London ‘17 🥇world indoor 16-18 The price of success is hard work, perseverance and determination. @rosassociati @nikeChristophe Karorero @chriskarorero44
4K Followers 2K Following Directeur de Production à la Regie Nationale des Postes. Patriote natif de la province de Bujumbura. 🇧🇮 Mes tweets n'engagent que moi#Burundi Kur'uwu wa gatatu itariki 1/5/ 2024 Uburundi bwifatanije n'amakungu mu guhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu w'abakozi n'akazi. Ibirori mu gisagara @MairieBuja vyatewe iteka n'Icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza. Ni kw'ibarabara ry'ukwikukira, muri Komine Mukaza
Habaye defire ndende yagizwe n'abakorera Leta, abo mu mashiramwe ya Reta n'ayigenga, abikorera utwabo, abo mu mubushikiranganji n'ibisata vy'igihugu, bamwe n'abandi berekana ivyivugo bibaranga
#Burundi Ce 24/4/024 @IOMBurundi a organisé un atelier de 2 jours sur l'application de l'indice de stabilité pour l'amélioration des solutions durables au Burundi au KCC, rehaussé par le représentant du @MininterInfosBi Nestor BIMENYIMANA et de @MairieBuja Joseline Nimpagaritse
#Burundi L'administrateur de @commune_mukaza Florent Nkezabahizi est satisfait du pas franchi ds la propreté des lieux publics ds sa commune. Les rues sont nettoyés quotidiennement, les poubelles sont vidés régulièrement, le curage des caniveaux se fait chaque samedi,dit-il.
Il met en garde tous ceux qui piétinent les fleurs ou qui jettent les plastiques et les restes de nourriture sur la voie publique qu'ils seront frappés d'amendes.
#Burundi L'administrateur de @commune_mukaza Florent Nkezabahizi est satisfait du pas franchi ds la propreté des lieux publics ds sa commune. Les rues sont nettoyés quotidiennement, les poubelles sont vidés régulièrement, le curage des caniveaux se fait chaque samedi,dit-il.
#Burundi Kuri uyu wa gatanu 26/4/2024, uwurongoye ihuriro ry'abakenyezi ku rwego rw'igihugu Bucumi Emerence yifadikanije n'abagize ihuriro ry'abakenyezi mu gisagara ca @MairieBuja mu bikorwa rusangi vyo guharura ivyatsi kw'ibarabara ryitiriwe Agriculture muri zone Ngagara.
#Burundi le @BMineagrie à travers la direction générale de l'environnement, des ressources en Eau et l'assainissement a organisé ce vendredi 26 avril 2024 en @MairieBuja une réunion de réflexion sur la gestion des emballages en plastique.
Intumbero y'ivyo bikorwa yari iyo gutegura ico kibanza kiri imbere y'ikibuga citiriwe Intwari kiriko gisanurwa kizohimbarizwamwo umusi mpuzamakungu w'abakozi n'akazi wama uhimbazwa italiki ya 1 Rusama
#Burundi Igisagara @MairieBuja catunganije ibikorwa rusangi kur'uyu wa 27/4/2024. Ibikorwa vyari vyerekeye gusukura ibarabara ryitiriwe ukwikukira, muri Zone Rohero Komine Mukaza. Vyari vyatewe iteka n'Umuyobozi Mwishikira mu biro vy'Umukuru w'lgisagara, Hon. Charles Bahizi
@MairieBuja Vyiza cane. muzotwereke ibirori nyezina en direct
#Burundi @MairieBuja iriko itegura umusi mukuru mpuzamakungu w'abakozi n'akazi mu kuringaniza ikibanza ibirori bizoberamwo kw'ibarabara ryitiriwe ukwikukira, imbere ya Stade Intwari. Imyiteguro igenda neza. Icivugo "Dukomeze ibikorwa, kuburyo umwe wese arimbura ico yakoze"
Abagumyabanga ba #Cndd_fdd mr komine #Mukaza mu ntara nshasha ya #Bujumbura bari mw'ikoraniro rya bose kuri uyu wa gatandatu 27/4/2024, mu ntumbero yo kwirimbura kuvyaranguwe no guhanahana ivyiyumviro mumigambi igiye gushirwa imbere kugira bitegurire imbonakazoza y'igihugu. 1/n
2/n Les ressources intérieures et dons pour 2022-2023 ont dépassé les prévisions. Elles ont atteint 2 316 027 453 503 BIF sur une prévision de 2 194 884 320 835 BIF, soit un taux de réalisations de 105%. Quant aux recettes non fiscales, elles ont été réalisées à 159%.
Inyuma y'ivyo bikorwa, Niyokindi Edouard yashikirije ko vyatunganijwe mu ntumbero yo gushigikira umugambi wo gusukura ibisagara watangujwe n'Umukuru w'igihugu c'Uburundi. Yashimiye abitavye ivyo bikorwa anabahamagarira n'abandi kwumva ko uwo mugambi ari uwa bose.
#Burundi Muri @NtahangwaMairie Ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa 20/4/2024 vyabereye muri zone Ngagara, karitiye 9 Industriel. Vyari ivyo gusibura ibarabara ryitiriwe Les crocodiles. Vyatewe iteka n'umwunganirizi w'umushikiranganji w'@MinCommerce Niyokindi Edouard
Marie Goreth YAMUREMYE arongoye abakenyererarugamba ku rwego rw'igihugu yifadikanije n'abakenyererugamba bo muri komine ya MUKAZA mu bikorwa rusangi vyabereye mu gisagara hagati. Basukuye ku mpande z'ahahoze isoko nkuru ya Bujumbura bongera bashira imicafu mu bikono vyabiganewe

Mw'ijambo ry'ikaze, umuyobozi mwishikira mu biro ry'umukuru wa @MairieBuja Bahizi Charles yashimiye abo bashitsi kubona bifadikanije n'abenegihugu bo mu gisagara ca Bujumura muri ico gikorwa c'isuku. Yibukije abahonyora amashurwe n'abata imicafu aho babonye, ko bokwikebuka.
Marie Goreth YAMUREMYE arongoye abakenyererarugamba ku rwego rw'igihugu yifadikanije n'abakenyererugamba bo muri komine ya MUKAZA mu bikorwa rusangi vyabereye mu gisagara hagati. Basukuye ku mpande z'ahahoze isoko nkuru ya Bujumbura bongera bashira imicafu mu bikono vyabiganewe
#Burundi Hagati y'amabarabara yo muri @MairieBuja haramaze guterwamwo amashurwe n'ibiti bitanga akayaga keza. Aho ni nk'ibarabara Musenyeri Buconyori, irya Mwezi Gisabo n'irya Uprona, nkuko twabibonye kur'uyuwa 22/4/2024. Amashurwe ateyeho arahasharije cane, arahahindura isura
@IntumwaNews @NEddyssa32359 @CnddFdd @GeneralNeva Burundi émergent 2040, développé 2060🇧🇮👊
#Burundi Les agents du sce ressources humaines de la @MairieBuja suivent une format° de 15 jrs sur les techniques d'utilisation et l'administrat° du logiciel de paie. Cette format° s'inscrit dans le cadre du programme de renforcement des capacités du personnel @MininterInfosBi